Ivyakozwe 20:29, 30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira akaze* azobinjiramwo+ kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho. 30 Kandi muri mwebwe ubwanyu hazokwaduka abagabo bavuga ibigoramanze kugira bakwegere abigishwa inyuma yabo+. 2 Petero 2:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ariko rero harabayeho n’abahanuzi b’ikinyoma mw’ihanga ry’Imana, nk’uko no muri mwebwe hazobaho abigisha b’ikinyoma+. Bazorema mu mpisho utugwi dusambura ukwizera, bihakane na shebuja yabaguze+, bikwegere gutikizwa ningoga.
29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira akaze* azobinjiramwo+ kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho. 30 Kandi muri mwebwe ubwanyu hazokwaduka abagabo bavuga ibigoramanze kugira bakwegere abigishwa inyuma yabo+.
2 Ariko rero harabayeho n’abahanuzi b’ikinyoma mw’ihanga ry’Imana, nk’uko no muri mwebwe hazobaho abigisha b’ikinyoma+. Bazorema mu mpisho utugwi dusambura ukwizera, bihakane na shebuja yabaguze+, bikwegere gutikizwa ningoga.