Luka 10:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yezu ababwira ati: «Nabonye ko Shetani yamaze gukoroka+ nk’umuravyo ava mw’ijuru. Ivyahishuwe 12:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ca gisato kibonye yuko gikororewe kw’isi+, gica gihama wa mugore+ yavyara umwana w’umuhungu.