Ivyahishuwe 12:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uwo mugore na we aca ahungira mu bugaragwa, ahantu Imana yamuteguriye kugira bamugaburire imisi 1.260 ari ng’aho+.
6 Uwo mugore na we aca ahungira mu bugaragwa, ahantu Imana yamuteguriye kugira bamugaburire imisi 1.260 ari ng’aho+.