Matayo 24:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kandi iyi nkuru nziza y’Ubwami izokwamamazwa mw’isi yose kugira bibe intahe ku mahanga yose+, maze iherezo rizoca riza. Mariko 13:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Vyongeye, inkuru nziza itegerezwa kubanza kwamamazwa mu mahanga yose+. Ivyakozwe 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo muzoronka ububasha impwemu nyeranda niyabazako+, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no mu mihingo ya kure cane y’isi*+.»
14 Kandi iyi nkuru nziza y’Ubwami izokwamamazwa mw’isi yose kugira bibe intahe ku mahanga yose+, maze iherezo rizoca riza.
8 Mugabo muzoronka ububasha impwemu nyeranda niyabazako+, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no mu mihingo ya kure cane y’isi*+.»