ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ico gihe Musa n’Abisirayeli baririmbira Yehova bati+:

      «Reka ndirimbire Yehova, kuko ashizwe hejuru cane+.

      Ifarasi n’uwuyigendesha yatereye mu kiyaga+.

  • Gusubira mu vyagezwe 31:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Musa aca avuga amajambo y’iyi ndirimbo Abisirayeli bose bumva, kuva ku ntango gushika ku mpera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika