Ivyahishuwe 3:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ndaguhanuye ugurire iwanje inzahabu ityorojwe umuriro kugira ube umutunzi, ugure n’impuzu zera kugira wambare maze ubwambure bwawe ntibuje ahabona ngo umaramare+, ugure n’umuti w’amaso wo gusiga ku maso yawe+ kugira ubone+.
18 Ndaguhanuye ugurire iwanje inzahabu ityorojwe umuriro kugira ube umutunzi, ugure n’impuzu zera kugira wambare maze ubwambure bwawe ntibuje ahabona ngo umaramare+, ugure n’umuti w’amaso wo gusiga ku maso yawe+ kugira ubone+.