ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 51:63, 64
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 63 Niwarangiza gusoma iki gitabu, uze ukibohereko ibuye hanyuma ugiterere hagati mu ruzi Efurate. 64 Maze uvuge uti: “Uku ni ko Babiloni azonyika ntiyongere guhaguruka+ kubera ivyago ngira ndamuteze, kandi abantu baho bazoruha+.”»

      Amajambo ya Yeremiya agarukiye aha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika