ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 47:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Mugabo ibi bintu bibiri bizogushikira bukwi na bukwi, ku musi umwe+:

      ukubura abana n’ugupfakara.

      Ivyo bintu bizogushikako ku rugero rwuzuye+,

      kubera ubupfumu bwawe bwinshi n’uburozi* bwawe bwose bukomeye*+.

  • Abagalatiya 5:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Rero ibikorwa vy’umubiri biribonekeza neza, bikaba ari ubusambanyi*+, ubuhumane, inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*+, 20 gusenga ibigirwamana, ubupfumu*+, urwanko, imiryano, ishari, ibishavu, amahane, amacakubiri, kurema utugwi tw’idini,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika