ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 47:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Hakurya no hakuno y’urwo ruzi hazomera ibiti biribwa vy’ubwoko bwose. Amababi yavyo ntazokabirana, kandi ntibizoreka kwama. Bizokwama ivyamwa bishasha buri kwezi kuko amazi abivomera ava aheranda+. Ivyamwa vyavyo bizoba ivyo kurya, amababi yavyo na yo abe ayo kuvura+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika