Bibiliya y’isi nshasha (nwt) Yoweli: ibirimwo YOWELI IBIRIMWO MURI MAKE 1 Igitero gikaze c’udukoko (1-14) «Umusi wa Yehova uri hafi» (15-20) Umuhanuzi atabaza Yehova (19, 20) 2 Umusi wa Yehova n’ingabo ziwe nyinshi (1-11) Akamo ko kugaruka kuri Yehova (12-17) «Nimutabure imitima yanyu» (13) Yehova yishura abantu biwe (18-32) «Nzosuka impwemu yanje» (28) Ibitangaza mw’ijuru no kw’isi (30) Abambaza izina rya Yehova bazokizwa (32) 3 Yehova acira imanza amahanga yose (1-17) Ikiyaya ca Yehoshafati (2, 12) Ikiyaya baciramwo imanza (14) Yehova azobera igihome gikomeye Abisirayeli (16) Yehova azohezagira abantu biwe (18-21)