Bibiliya y’isi nshasha (nwt) Obadiya: ibirimwo OBADIYA IBIRIMWO MURI MAKE Umunyabwibone Edomu azoshirwa hasi (1-9) Ikibi Edomu yakoreye Yakobo (10-14) Umusi wa Yehova wo kurwanya amahanga yose (15, 16) Abakomoka kuri Yakobo, ivyabo bizosubira kumera neza (17-21) Yakobo azoherengeteza Edomu (18) Ubwami buzoba ubwa Yehova (21)