Itanguriro 47:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nta bifungurwa vyari bigisigaye mu gihugu cose, kuko inzara yari ikaze cane. Nuko igihugu ca Misiri n’ica Kanani birasinzikara kubera iyo nzara+.
13 Nta bifungurwa vyari bigisigaye mu gihugu cose, kuko inzara yari ikaze cane. Nuko igihugu ca Misiri n’ica Kanani birasinzikara kubera iyo nzara+.