Itanguriro 1:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Inyuma y’ivyo, Imana yihweza ibintu vyose yari yaremye, isanga vyari vyiza cane+. Burira bwongera buraca: uwo uba umusi ugira gatandatu. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:31 “Urukundo rw’Imana,” rup. 172 Umunara w’Inderetsi,1/1/2011, rup. 131/1/2008, rup. 15
31 Inyuma y’ivyo, Imana yihweza ibintu vyose yari yaremye, isanga vyari vyiza cane+. Burira bwongera buraca: uwo uba umusi ugira gatandatu.