Itanguriro 21:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Imana rero yumva wa muhungu ariko ararira+. Umumarayika w’Imana aca ahamagara Hagari ari mw’ijuru, amubwira ati+: «Hagari, uriko urizwa n’iki? Ntutinye, kuko Imana yumvise amarira y’umuhungu wawe.
17 Imana rero yumva wa muhungu ariko ararira+. Umumarayika w’Imana aca ahamagara Hagari ari mw’ijuru, amubwira ati+: «Hagari, uriko urizwa n’iki? Ntutinye, kuko Imana yumvise amarira y’umuhungu wawe.