-
Kuvayo 12:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Muze mubishure muti: “Ni ikimazi ca Pasika ya Yehova, kuko yarenganye amazu y’Abisirayeli igihe twari mu Misiri. Ico gihe yarateje ivyago Abanyamisiri mugabo arokora imiryango yacu.”»
Abantu baca barunama, mu maso habo hashika hasi.
-