Kuvayo 29:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uzobakenyeza ya mikanda (na Aroni arimwo), wongere ubambike twa dukofero*. Ubuherezi buzoba rwabo kandi iryo ni itegeko rizokwamaho+. Ukwo ni ko uzobigenza mu kwimika Aroni n’abahungu biwe mw’ibanga ry’ubuherezi+.
9 Uzobakenyeza ya mikanda (na Aroni arimwo), wongere ubambike twa dukofero*. Ubuherezi buzoba rwabo kandi iryo ni itegeko rizokwamaho+. Ukwo ni ko uzobigenza mu kwimika Aroni n’abahungu biwe mw’ibanga ry’ubuherezi+.