Abalewi 6:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ariko ishikanwa ry’igicumuro ntirikwiye kuribwa igihe amaraso yaryo ajanywe ahantu heranda kugira bayatangeko impongano mw’ihema ry’ibonaniro+. Rikwiye guturirwa.
30 Ariko ishikanwa ry’igicumuro ntirikwiye kuribwa igihe amaraso yaryo ajanywe ahantu heranda kugira bayatangeko impongano mw’ihema ry’ibonaniro+. Rikwiye guturirwa.