Gusubira mu vyagezwe 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Akarere ka Gileyadi gasigaye hamwe na Bashani yose ari bwo bwami bwa Ogi, nabihaye igice c’umuryango wa Manase+. Akarere kose ka Arugobu kari i Bashani kahora kitwa igihugu c’Abarefayimu.
13 Akarere ka Gileyadi gasigaye hamwe na Bashani yose ari bwo bwami bwa Ogi, nabihaye igice c’umuryango wa Manase+. Akarere kose ka Arugobu kari i Bashani kahora kitwa igihugu c’Abarefayimu.