Gusubira mu vyagezwe 4:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Mwebwe mwariboneye ivyo bintu kugira mumenye yuko Yehova ari we Mana y’ukuri+ be n’uko ata yindi Mana iriho atari we+.
35 Mwebwe mwariboneye ivyo bintu kugira mumenye yuko Yehova ari we Mana y’ukuri+ be n’uko ata yindi Mana iriho atari we+.