Gusubira mu vyagezwe 23:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ntimuze musabe mwenewanyu inyungu+, haba ku mahera, ku bifungurwa canke ikindi kintu ico ari co cose umuntu yosabako inyungu.
19 Ntimuze musabe mwenewanyu inyungu+, haba ku mahera, ku bifungurwa canke ikindi kintu ico ari co cose umuntu yosabako inyungu.