1 Abami 14:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Atwara amatungo yari mu nzu ya Yehova n’ayari mu nzu* y’umwami+. Atwara ibintu vyose, harimwo na za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.
26 Atwara amatungo yari mu nzu ya Yehova n’ayari mu nzu* y’umwami+. Atwara ibintu vyose, harimwo na za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.