2 Ngoma 32:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Vyongeye, agira umwete yubaka uruzitiro rwose rwari rwarasenyuwe, arwubakako n’iminara, ku ruhande rw’inyuma na ho ahubaka urundi ruhome. Asanasana n’agasozi Milo*+ k’igisagara ca Dawidi, akora n’ibirwanisho* vyinshi cane be n’inkinzo.
5 Vyongeye, agira umwete yubaka uruzitiro rwose rwari rwarasenyuwe, arwubakako n’iminara, ku ruhande rw’inyuma na ho ahubaka urundi ruhome. Asanasana n’agasozi Milo*+ k’igisagara ca Dawidi, akora n’ibirwanisho* vyinshi cane be n’inkinzo.