Imigani 24:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nutabare abariko bajanwa kwicwa,urokore abagenda baricako bagiye kwicwa+.