Umusiguzi 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Wiyubare igihe cose ugiye mu nzu y’Imana y’ukuri+. Wopfuma ujayo kugira wumvirize+, hako ujayo kugira utange ibimazi nk’uko ibijuju bigira+, kuko bitamenya ko ivyo biriko birakora ari bibi.
5 Wiyubare igihe cose ugiye mu nzu y’Imana y’ukuri+. Wopfuma ujayo kugira wumvirize+, hako ujayo kugira utange ibimazi nk’uko ibijuju bigira+, kuko bitamenya ko ivyo biriko birakora ari bibi.