Umusiguzi 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ntureke ngo akanwa kawe kagucumuze*+, kandi ntuvugire imbere y’umumarayika* ko wari wihenze+. Kubera iki wotuma Imana y’ukuri ishavuzwa n’ivyo wavuze, bigatuma isambura igikorwa c’amaboko yawe+?
6 Ntureke ngo akanwa kawe kagucumuze*+, kandi ntuvugire imbere y’umumarayika* ko wari wihenze+. Kubera iki wotuma Imana y’ukuri ishavuzwa n’ivyo wavuze, bigatuma isambura igikorwa c’amaboko yawe+?