Yeremiya 51:64 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 64 Maze uvuge uti: “Uku ni ko Babiloni azonyika ntiyongere guhaguruka+ kubera ivyago ngira ndamuteze, kandi abantu baho bazoruha+.”» Amajambo ya Yeremiya agarukiye aha. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 51:64 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 269
64 Maze uvuge uti: “Uku ni ko Babiloni azonyika ntiyongere guhaguruka+ kubera ivyago ngira ndamuteze, kandi abantu baho bazoruha+.”» Amajambo ya Yeremiya agarukiye aha.