Ezekiyeli 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 «Mwana w’umuntu, igihugu nicancumurako kigahemuka, nzoramvura ukuboko ndakirwanye, nzimanganye ibifungurwa* biri muri co+. Nzogiteza inzara+, ndandure muri co abantu n’ibitungwa+.»
13 «Mwana w’umuntu, igihugu nicancumurako kigahemuka, nzoramvura ukuboko ndakirwanye, nzimanganye ibifungurwa* biri muri co+. Nzogiteza inzara+, ndandure muri co abantu n’ibitungwa+.»