Daniyeli 6:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ntanze itegeko ry’uko ahantu hose mu bwami bwanje, abantu bakwiye kujugumira imbere y’Imana ya Daniyeli+, kuko ari Imana nzima kandi yamaho. Ubwami bwayo ntibuzokwigera busenyurwa, kandi ubutegetsi* bwayo ni ubw’ibihe vyose+.
26 Ntanze itegeko ry’uko ahantu hose mu bwami bwanje, abantu bakwiye kujugumira imbere y’Imana ya Daniyeli+, kuko ari Imana nzima kandi yamaho. Ubwami bwayo ntibuzokwigera busenyurwa, kandi ubutegetsi* bwayo ni ubw’ibihe vyose+.