Habakuki 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Wacumitishije umukuru w’abarwanyi biwe ibirwanisho vyiwe* bwite,igihe baza nk’igihuhusi kugira badushwiragize*. Bari bashashaye kumira umugorwa mu mpisho. Habakuki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:14 Umunara w’Inderetsi,1/2/2000, rup. 28
14 Wacumitishije umukuru w’abarwanyi biwe ibirwanisho vyiwe* bwite,igihe baza nk’igihuhusi kugira badushwiragize*. Bari bashashaye kumira umugorwa mu mpisho.