Zakariya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuko Yehova Nyeningabo amaze kuninahazwa*, yantumye ku mahanga yahora abanyaga+. Avuze ati: “Uwubakozeko aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+. Zekariya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:8 Niwiyegereze, rup. 248 Umunara w’Inderetsi,15/8/2007, rup. 261/8/1997, rup. 27
8 Kuko Yehova Nyeningabo amaze kuninahazwa*, yantumye ku mahanga yahora abanyaga+. Avuze ati: “Uwubakozeko aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.