Matayo 25:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Umwana w’umuntu+ niyaza mu buninahazwa bwiwe ari kumwe n’abamarayika bose+, azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:31 Yezu ni inzira, rup. 264 Umunara w’Inderetsi,1/6/1997, rup. 9
31 Umwana w’umuntu+ niyaza mu buninahazwa bwiwe ari kumwe n’abamarayika bose+, azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa.