-
Luka 24:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Abo bagore bari Mariya Magadalena na Mariya nyina wa Yakobo. Hari n’abandi bagore bari kumwe na bo bariko babwira intumwa ivyo bintu nyene.
-