Luka 24:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Twari twizigiye ko uwo muntu ari we azorokora Isirayeli+. Kandi uretse n’ivyo vyose, haciye imisi itatu ivyo bibaye.
21 Twari twizigiye ko uwo muntu ari we azorokora Isirayeli+. Kandi uretse n’ivyo vyose, haciye imisi itatu ivyo bibaye.