Ivyakozwe 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kandi Yasoni yabakiriye iwe. Aba bantu bose barwanya ingingo zashinzwe na Sezari, bakavuga ko hariho uwundi mwami yitwa Yezu+.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:7 Umunara w’Inderetsi,1/6/2012, rup. 20 Nushinge intahe, rup. 135-136
7 Kandi Yasoni yabakiriye iwe. Aba bantu bose barwanya ingingo zashinzwe na Sezari, bakavuga ko hariho uwundi mwami yitwa Yezu+.»