-
Ivyakozwe 17:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Atangura rero kwigishiriza mw’isinagogi Abayuda n’abandi bantu basenga Imana, akabafasha kuzirikana. Kandi imisi yose yarafasha n’abari mu kaguriro kuzirikana.
-