Ivyakozwe 21:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Aza aho turi, afata umukaba wa Pawulo, yiboha amaguru n’amaboko, avuga ati: «Impwemu nyeranda ivuze iti: “Umugabo nyene uyu mukaba, uku ni ko Abayuda bazomuboha i Yeruzalemu+, bamushikirize abanyamahanga+.”» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:11 Nushinge intahe, rup. 177-178, 189
11 Aza aho turi, afata umukaba wa Pawulo, yiboha amaguru n’amaboko, avuga ati: «Impwemu nyeranda ivuze iti: “Umugabo nyene uyu mukaba, uku ni ko Abayuda bazomuboha i Yeruzalemu+, bamushikirize abanyamahanga+.”»