-
1 Abakorinto 11:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Mbega nta mazu yo kuriramwo no kunyweramwo mufise? Canke murasuzugura ishengero ry’Imana mukamaramaza abatagira ikintu na kimwe? Mbega ndababwire iki? Ndabakeze? Muri ivyo sindabakeza.
-