Abanyefeso 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Turi igikorwa c’amaboko y’Imana, kandi twaremwe+ mu bumwe na Kristu Yezu+ kugira dukore ibikorwa vyiza, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe ngo tubishitse*.
10 Turi igikorwa c’amaboko y’Imana, kandi twaremwe+ mu bumwe na Kristu Yezu+ kugira dukore ibikorwa vyiza, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe ngo tubishitse*.