Abanyefeso 3:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 no kumenya urukundo rwa Kristu+ rurengeye ubumenyi, kugira ngo muronke ku bwinshi* umusesekara Imana itanga. Abanyefeso Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:19 Niwiyegereze, rup. 299 Umunara w’Inderetsi,15/10/2009, rup. 26-27
19 no kumenya urukundo rwa Kristu+ rurengeye ubumenyi, kugira ngo muronke ku bwinshi* umusesekara Imana itanga.