Abafilipi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 nagenyerewe ku musi ugira umunani+, nkaba nkomoka mw’ihanga rya Isirayeli, mu muryango wa Benyamini, nkaba ndi Umuheburayo yavutse ku Baheburayo+. Mu vyo kwubahiriza amategeko, ndi Umufarizayo+.
5 nagenyerewe ku musi ugira umunani+, nkaba nkomoka mw’ihanga rya Isirayeli, mu muryango wa Benyamini, nkaba ndi Umuheburayo yavutse ku Baheburayo+. Mu vyo kwubahiriza amategeko, ndi Umufarizayo+.