2 Abatesalonika 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ego ni ko, ububasha bw’amayobera bw’uwo mugarariji buramaze gutangura gukora+, mugabo ni gushika uwumubereye intambamyi muri iki gihe avuyeho. 2 Abatesalonika Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:7 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,7/2019, rup. 4
7 Ego ni ko, ububasha bw’amayobera bw’uwo mugarariji buramaze gutangura gukora+, mugabo ni gushika uwumubereye intambamyi muri iki gihe avuyeho.