2 Timoteyo 2:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Abo bantu barataye ukuri, bakaba bavuga ko izuka rimaze kuba+, kandi bariko baratembagaza ukwizera kwa bamwe. 2 Timoteyo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:18 Umunara w’Inderetsi,1/12/2006, rup. 51/1/2003, rup. 28-29
18 Abo bantu barataye ukuri, bakaba bavuga ko izuka rimaze kuba+, kandi bariko baratembagaza ukwizera kwa bamwe.