Abaheburayo 7:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Iyumvire namwe ingene uwo muntu yari ahambaye, umuntu Aburahamu wa mukuru* w’umuryango yahaye ic’icumi mu bintu vyizavyiza yari yanyaze+.
4 Iyumvire namwe ingene uwo muntu yari ahambaye, umuntu Aburahamu wa mukuru* w’umuryango yahaye ic’icumi mu bintu vyizavyiza yari yanyaze+.