Abaheburayo 7:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Arashoboye rero no gukiza neza abariko baregera Imana biciye kuri we, kuko yama ari muzima kugira atakambe ku bwabo+.
25 Arashoboye rero no gukiza neza abariko baregera Imana biciye kuri we, kuko yama ari muzima kugira atakambe ku bwabo+.