Abaheburayo 7:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Aratandukanye na ba baherezi bakuru kuko we adakeneye gushikana ibimazi buri musi+, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima igihe yishikana+). Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:27 Umunara w’Inderetsi,15/12/2008, rup. 14-15
27 Aratandukanye na ba baherezi bakuru kuko we adakeneye gushikana ibimazi buri musi+, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima igihe yishikana+).