Yakobo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yemwe abarenga ibigo*, ntimuzi yuko kuba abagenzi b’isi ari ukwankana n’Imana? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+. Yakobo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:4 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 48 Umunara w’Inderetsi,1/9/1998, rup. 25-261/12/1997, rup. 15
4 Yemwe abarenga ibigo*, ntimuzi yuko kuba abagenzi b’isi ari ukwankana n’Imana? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.