1 Yohani 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umuntu wese aguma yunze ubumwe na we ntaguma acumura+. Umuntu wese aguma acumura ntiyamubonye canke ngo amumenye.
6 Umuntu wese aguma yunze ubumwe na we ntaguma acumura+. Umuntu wese aguma acumura ntiyamubonye canke ngo amumenye.