Yuda 16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abo bantu baridodomba+, ntibabumbwa n’ivyo bafise kandi baguma barondera guhaza ivyipfuzo vyabo+. Barihayagiza birenze n’akanwa kabo, bakongera bagasiga abandi inkore ku maso* barondera inyungu zabo+.
16 Abo bantu baridodomba+, ntibabumbwa n’ivyo bafise kandi baguma barondera guhaza ivyipfuzo vyabo+. Barihayagiza birenze n’akanwa kabo, bakongera bagasiga abandi inkore ku maso* barondera inyungu zabo+.