Ivyahishuwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yari afise inyenyeri indwi+ mu kuboko kwiwe kw’ukuryo, mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe y’ubugi bubiri+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo ryatse cane, rica ibibatsi+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:16 Umunara w’Inderetsi,15/10/2012, rup. 14 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 26-27, 28-29
16 Yari afise inyenyeri indwi+ mu kuboko kwiwe kw’ukuryo, mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe y’ubugi bubiri+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo ryatse cane, rica ibibatsi+.