Ivyahishuwe 14:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Haza uwundi mumarayika agira gatatu, maze avuga n’ijwi rirenga ati: «Nihagira uwusenga ca gikoko+ n’ishusho yaco, kandi akemera gushirwako ikimenyetso mu ruhanga canke ku kuboko+, Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:9 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 209-210 Umunara w’Inderetsi,1/10/2005, rup. 24-25
9 Haza uwundi mumarayika agira gatatu, maze avuga n’ijwi rirenga ati: «Nihagira uwusenga ca gikoko+ n’ishusho yaco, kandi akemera gushirwako ikimenyetso mu ruhanga canke ku kuboko+,